BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Benshi babuzwe irengero inyuma y'uko ubwato bwari butwaye abimukira 100 buzamye hafi ya Sénégal
Ibinyamakuru vyo mu karere bivuga ko hamaze gutorwa ibiziga bine, n’utwa ngombwa abari muri ubwo bwato bari bafise, harimwo udukoresho two kw’ishure tw’umunyeshure.
IKIBIRIRAHO , Elon Musk avuga ko amafaranga ya mbere menshi yashyize mu matora yo hagati muri manda yatumye yumva ari 'umupfapfa cyane'
Uyu muherwe utunze za miliyari nyinshi z'amadolari yanavuze ko ataba muri MAGA, yitandukanya n'iyo nkubiri ya politike ifitanye isano na Trump.
Rwanda: Inkuru y'umugore wamamaye aho atuye kubera gukina igisoro
Igisoro ni umukino gakondo ubu usa n'ugenda ucika dore ko benshi mu bato nta bumenyi na busa bawufiteho, mu bihe byo hambere wasaga n'umwihariko w'abagabo.
Iran yagavye igitero ku bigo vya gisirikare vya Amerika muri Koweit
Ni mu gihe umukuru w’igisirikare ca Irani, Amir Hatami, avuga ko Amerika iriko irongereza inguvu zayo za gisirikare mu Kigobe c’Abarabu.
Umuhora w'ubutare ushigikiwe na Amerika urashobora kuzana amahoro n'iterambere muri RDC?
"Lobito Corridor", ni igice c'umugambi w'umuhora ugamije gutuma Amerika ironka ubutare nkenerwa bwo muri Afrika.
Trump, Xi na Putin biteguriye umubonano w'akataraboneka mu nama ya APEC mu Bushinwa
Abo bategetsi bafashwe amasanamu bari kumwe i Shenzhen imbere y'ibiganiro vyitezwe hagati yabo ku mahoro no ku bibazo nyamukuru bihanze isi yose.
Nyuma yuko serivisi nyinshi z'ikoranabuhanga zihagaze, Rubio avuga ko Amerika itagabweho 'igitero kigambiriwe'
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga w'Amerika yavuze ko hari "gihamya zeru" yo kwemeza ibivugwa ku mbuga za internet ko ihungabana riherutse kuba ryibasiye Microsoft, banki n'ingendo z'indege rifitanye isano.
Human Rights Watch yaneguye umugambi w'ibihugu bitanu vy'i Buraya wo kurungika abimukira mu Rwanda
Ishirahamwe Human Rights Watch ryiyamirije umugambi w'ibihugu bitanu vy’i Buraya wo kurungika mu Rwanda abimukira, rivuga ko ari "ukwitandukanya kubabaje" n'indangagaciro uwo muryango wubakiyeko.
Uganda: Abatuka Perezida n’umuryango wiwe bashobora guhanishwa umunyororo w’imyaka 10 - umukuru w'ingabo
Umukuru w’igisirikare ca Uganda, Jenerali Muhoozi Kainerugaba, agabisha ko umuntu wese azotuka canke agasuzugura Perezida Yoweri Museveni, abo mu muryango w’umukuru w’igihugu, canke we ubwiwe, ashobora guhanishwa umunyororo w’imyaka 10.
Vance avuga ko azafata icyemezo 'mu gihe runaka umwaka utaha' niba aziyamamaza mu matora ya perezida w'Amerika yo mu 2028
Visi Perezida w'Amerika yabwiye igitangazamakuru Fox News ko nafata icyemezo cyo kwiyamamaza cyangwa kutiyamamaza, azaba acyiyemeje "neza neza uko kizaba kimeze kose".
'Aha bahita kwa mucuzi... Ndabikunda cyane' – Uko Nirere yayobotse umwuga ukorwa n'abagore bacye mu Rwanda
Uretse kuba uyu ari umwuga ugenda ucika kubera iterambere ry'inganda, no mu gihe cyo hambere ugikorwa cyane wasaga n'umwihariko w'abagabo.
Ibihugu bitanu byo mu muryango w'Ubumwe bw'Uburayi byatangaje gahunda y'ikigo cyo kwakira abimukira byirukanye kizaba kiri mu Rwanda
Mu kwezi kwa Nzeri(9), Ubudage, Danemark, Autriche, Ubugereki n'Ubuholandi byatangaje ko biri mu biganiro bigamije kugirana amasezerano n'igihugu kitari mu Muryango w'Ubumwe bw'Uburayi, kugira ngo hashyirweho ibyo byise "ibigo byakira abasubizwa mu bihugu byabo".
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Louise Mushikiwabo agiye gukomeza kuyobora Francophonie umwaka umwe nyuma yuko amatora ananiranye
Iri subikwa ry'amatora ni bwo bwa mbere ribayeho mu mateka ya OIF, buri gihe yashyiragaho umunyamabanga mukuru hagendewe ku mukandida wumvikanweho.
Uburundi n'intambara ya mbere y'isi bihuriye he?: Abasirikare b'Ubudagi bahambwe mu Rugombo
Mu ntambara ya mbere y'isi Ububirigi bwararwanye n'Ubudagi bwari busanzwe butwara Uburundi, bamwe mu basirikare baguye ku rugamba bahambwa mu Rugombo.
'Intambara' hagati ya RD Congo n'Urwanda: OIF mu mayira abiri
Kuba Urwanda na RD Congo vyompi bifise abakandida, ivyo gutora umunyamabanga mushasha wa OIF vyahindutse urugamba rwa dipolomasi muri iryo shirahamwe.
El Niño mu Burundi: Imvura nyinshi iteye impungenge mu gihe ingaruka zatanguye kwibonekeza
Mu gihe Uburundi busa n'ubutaritegura bihagije guhangana n'ingaruka za El Niño, ibimenyetso vyovyo vyamaze gutangura kwibonekeza mu bice bitandukanye vy'igihugu.
Wumva ushaka kurya ibiryo byoroheje mbere yo kuryama? Dore ikibitera – n'icyo wabikoraho
Hari impamvu zishingiye ku mikorere karemano y'umubiri zituma umuntu yifuza kurya ibiribwa biryohereye mbere yo kuryama ariko niba ubikora ushobora guhindura ako kamenyero.
'Ni ukurya rimwe ku munsi… inzara iteye ubwoba' – Umuturage wo mu Rwanda
Minisiteri y'ubuhinzi mu Rwanda ivuga ko ikibazo cy'ihindagurika ry'ibihe ari cyo cyabaye intandaro y'ibiciro bihanitse by'ibiribwa muri iki gihe.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































