BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, DR Congo: Ebola yatumye abana barenga 1.900 baba impfuvyi, abandi batandukana n’imiryango yabo
Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho abana, UNICEF, rivuga ko ikiza ca Ebola kimaze gutuma abana 1.903 baba impfuvyi canke batandukana n’abavyeyi hamwe n’abari basanzwe babitaho mu buseruko bwa DR Congo.
Rwanda: Abunganira Victoire Ingabire basabye urukiko rukuru gutesha agaciro ibyo aregwa
Abo banyamategeko bavuga ko bimwe mu byo Victoire Ingabire aregwa byashaje, ibindi bikaba byaratanzwe mu buryo bunyuranyije n'amategeko.
Kenya yemeje ko habonetse umurwayi wa mbere wa Ebola
Umushikiranganji w’amagara y’abantu muri Kenya Aden Duale yavuze ko uwo muntu yari amaze imyaka indwi aba kandi akorera muri DR Congo. Yafashwe n’indwara haheze nk’ukwezi, avurirwa mu bitaro bitandukanye muri Congo imbere yo guca muri Uganda agaruka muri Kenya.
Amashure ashika 500 arugarwa uyu munsi mu Bufaransa kubera imyiyerekano y’abanyeshure
Amashure yisumbuye ari hagati ya 400 na 500 yo mu Bufaransa arugara yose canke igice kuri uyu wa mbere, kubera imyiyerekano y’abanyeshure imaze imisi irimwo ugutana mu mitwe n’igipolisi.
Victoire Ingabire arahakana uruhare aregwa mu mugambi wo kwangisha abaturage ubutegetsi no kugambirira kubuhirika
Icyakora, uwo munyapolitiki utavugarumwe n’ubutegetsi bw'urwanda yaremeye ikiganiro yagiranye n’uwitwa Cassien Ntamuhanga aho banavuze ku cyakorwa kugira ngo abantu bagaragaze icyo batishimiye.
Amabombe yabujije igipolisi ca Nigeria gutabara abanyurujwe
Umuvyeyi w'umwe mu banyurujwe, avuga ko ata mahoro afise kandi ko amaze imisi itatu adafunguye
Trump yashizeho umurwi yise 'Super Intelligence Force' uzokurikirana ivy'ubwenge bw'ubukorano (AI)
Perezida yagenye umukuru w’iperereza ry’igihugu ngo arongore uwo murwi, mu gihe impungenge kuri AI ziriko ziriyongera.
U Rwanda rwashimye 'umurava n'ukudatezuka ku mateka' kwa Dafroza Gauthier wapfuye ku myaka 72
Dafroza Mukarumongi Gauthier, wavukiye i Butare, yagize uruhare rukomeye mu kugeza mu bucamanza abacyekwaho uruhare muri jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994 baba mu Bufaransa.
TPLF yavuye i Mekelle mu gihe ingabo za Ethiopia n'abafatanya na zo binjiye muri uwo mujyi
TPLF yavuze ko ibikorwa bya gisirikare byatangijwe mu bice byinshi byari byasatiriye Mekelle muri iyi minsi, bituma habaho kugira impungenge ku mutekano w'abasivile.
Umukuru w'amagereza muri leta ya Tennessee yeguye nyuma yuko igihano cy'urupfu cya Christa Pike kinaniranye
Abanyamategeko ba Pike bavuze ko uko kunanirana kw'igihano cy'urupfu cye "kurenze kure umuntu umwe uwo ari we wese". Pike ararembye nyuma yo kurokoka inshinge ebyiri z'umuti wica.
Umupilote wungirije wa Flydubai yateye umupilote mukuru akoresheje ishoka – umutegetsi wo muri UAE
Uwo mugabo ushinjwa kugerageza kwigarurira iyo ndege yari irimo kujya muri Israel yatangajwe mu bitangazamakuru byinshi ko yitwa Hamam al-Hammami.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Trump agabisha Irani ko izokwibonerako ni vyaboneka ko ifise uruhara ku vyabereye mu ndege Flydubai
Perezida Donald Trump yaraye agabishije Irani ko ishobora "gukubitwa bikomeye cane" mu gihe vyokwemezwa ko ifise uruhara mu gitero cabaye mu ndege ya Flydubai yatera ija i Tel Aviv.
Uko Aba-Houthi bariko baratsimbataza ubucuti n'ibihugu vyo mw'Ihembe rya Afrika
Abahinga babona ko ubucuti hagati y’Aba-Houthi na Al-Shabaab buriko burakomera, ibi bikaba biteje amakenga ku mutekano wo mu Kiyaga Gitukura no muKigoe ba Aden.
Nta kimenyetso na kimwe cerekana ko Putin yoba yiyumvira guhagarika intambara muri Ukraine
Amajambo Vladimir Putin amaze imisi ashikiriza yerekana ko agifise icizere ko Uburusiya bushobora gutsinda intambara.
Rwanda: Urukiko rukuru rwashimangiye igifungo cya burundu kuri Munyenyezi ku byaha bya jenoside
Béatrice Munyenyezi yari yajuririye icyo gihano nyuma yo guhamywa ibyo byaha n'urukiko rwisumbuye rwa Huye mu mwaka wa 2024.
Ni iki cyihishe inyuma y'ikibatsi mu mubano wa RD Congo na Israel isanzwe ari inshuti y'u Rwanda?
Abasesenguzi babwiye BBC ko umubano wa DRC na Israel ubu urimo kwiyongera ujyanye ahanini n'ibyo Perezida Tshisekedi yifuza kugeraho i Washington.
Menya ibintu 5 by'ingenzi ku mushinga wa Dangote wo gutunganya peteroli muri Kenya
Uyu mushinga uvugwa nk’umwe mu mishinga minini cyane y’ibikorwa remezo yashyizwe mu bikorwa muri Kenya kuva igihugu cyabona ubwigenge
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































