BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Canada ivuga ko izasubiza imisoro y'Amerika 'idolari ku idolari' nyuma yuko ibiganiro ku bucuruzi bihagaze
Umusoro mushya wa 50% ku bicuruzwa Canada yohereza muri Amerika bifite agaciro ka miliyari 20 z'amadolari utangiye gukurikizwa, nyuma yuko ibiganiro by'ubucuruzi binaniranye ku munota wa nyuma.
TikTok igiye kuriha Amerika miliyoni $400 mu bwumvikane bwo kurangiza ikirego ku ivogerwa ry'ubuzima bwite bw'abana
Ubwo bwumvikane bujyanye n'ikirego cyo mu mwaka wa 2024 gishinja TikTok na kompanyi nyirayo, ByteDance, gukusanya "amakuru menshi cyane" y'abakoresha urwo rubuga babarirwa muri za miliyoni bafite munsi y'imyaka 13.
Impene yabaye rurangiranwa – ingene ingabire yo guheza amashure yamenyekanye cane
Iyo mpene ya Promise Okoro ivugwa ko yitonda, ikunda kurya umuceri ukaranze, ubu isigaye ari rurangiranwa.
Ibitero by'Uburusiya kuri Ukraine byishe abantu babiri, umunsi umwe nyuma y'igitero ku iduka rinini – ibivugwa n'abategetsi
Ibi bitero bibaye nyuma y'umunsi abantu nibura 16 biciwe mu bitero bibiri bikurikiranye ku iduka rinini riri rwagati muri Ukraine.
Isekeza ry'ibihano vy'ubutunzi vyagutse Trump yise 'economic D-Day' rishobora kubangamira Iran ku rugero rungana gute?
Irani imaze igihe kirekire ifatirwa ibihano vy'ubutunzi, kandi gushika ubu yarerekanye ko ishobora kwihagararako, ndetse ikabandanya no guhangana n'igitutu gikomeye cane mu vy'ubutunzi no mu vya gisirikare.
Bujumbura: Umuriro usubiriye guhekura abadandaza
Inyubakwa zibiri nini zirangurirwamwo imirimo itandukanye y’ubudandaji mu gisagara ca Bujumbura “Gallerie Ndayizamba” na “Le Parisien” zatewe n’umuriro zirasha ziratokombera.
Ubuzima: Intungamubiri eshanu abagore bakeneye
Kurya indyo yuzuye kandi ifite intungamubiri ni inkingi ikomeye y'ubuzima bwiza, bityo amahitamo y'ibiribwa ugira ingaruka zikomeye ku buzima bwawe n'uburyo uzasaza neza.
Mbega Irani izotera umugabane wa Buraya?
Irani irashobora gutera ibirindiro vy’igisirikare vya Amerika biri ku mugabane wa Buraya, hamwe Donald Trump yosubira kuyitera, nk’uko ikinyamakuru Financial Times kibivuga.
RDC igiye gutangura kugerageza urucanco rwa Ebola
Abajejwe amagara bavuga ko ama ‘doses’ aharurwa mu bihumbi mirongo azokoreshwa ku bari ku murongo w’imbere mu kurwanya Ebola no mu bakora mu gisa c’amagara, imbere y’uko urwo rucanco rwemezwa ko rukora neza.
Akazi kawe kazosubirirwa na AI? Ubu ni bwo bwoko bw'akazi bushobora kugirwako ingaruka
Amashirahamwe akoresha ubwenge bw'ubukorano (AI) ariko arashikiriza amakuru menshi cane ku kungene ibikoresho vyayo bishobora gusubirira ibikorwa vy'abantu.
Trump yatangaje ingamba zikomeye z'ubukungu kuri Irani n'inshuti zayo, Iran iti 'ni politike zinaniwe'
Minisitiri w'Ububanyi n'Amahanga wa Irani, Abbas Araqchi, ku wa Kane yavuze ko gahunda ya Perezida wa Amerika, Donald Trump yo gukaza ibihano by'ubukungu kuri Tehran ari "politiki zananiwe" zizatuma Washington "itsindwa cyane"
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Uburyo bwo gutangiza ubucuruzi ukoresheje igishoro gito hanyuma ukabuteza imbere
N'ubwo bimwe mu bihugu bya Afurika bihanganye n'izamuka ry'ibiciro, ibura ry'amafaranga, gukora ubucuruzi bw'umwuga bihenze, kutagira igishoro kinini ntibivuze ko umuntu adashobora gutangiza ubucuruzi bubyara inyungu.
Abantu nibura 17 biciwe mu bitero by'Uburusiya i Kyiv mu gihe Ukraine yugarijwe n'ubucye bw'ubwirinzi bw'ikirere
Abategetsi bavuga ko inyubako z'amacumbi hamwe n'ahabikwa ibikoresho harashweho mu "gitero rutura" cyo ku wa kane.
Kubera iki abagabo bamwe bamwe bongereza ibihimba vyabo vy'irondoka bikaba binini gusumba?
Abagabo bagiriwe ubwo buhinga, ibihimba vyabo vy’irondoka bishobora kwiyongera ku rugero ruva kuri 10 gushika kuri 20% mu mezi atandatu gushika kuri cenda akurikira, ariko ibintu birashobora no kugenda nabi.
Emwe hariho n'abavuze ko nabataburiye ama 'décret', ariko si vyo – Angeline Ndayishimiye
Mu kiganiro cihariye na BBC Gahuzamiryango, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Angeline Ndayishimiye, yarishuye ku bibazo bitandukanye ku migambi yiwe no ku bikunze kumuvugwako bifitaniye isano na politike y'Uburundi.
Ni gute Elon Musk na Jeff Bezos batera inkunga irushanwa ryabo riberekeza mu isanzure?
Mu myaka irenga makumyabiri ishize, abantu babiri mu baherwe bakize cyane ku isi batangiye gukurikirana inzozi zabo zo kohereza abantu mu ngendo z'ubucuruzi bwite mu isanzure. Ariko izo nzozi zahindutse irushanwa hagati y'umuherwe Elon Musk binyuze muri sosiyete ye ya SpaceX n'umuherwe Jeff Bezos.
Burundi: Ivy'impunzi z'abakongomani ziri mw'ikambi ya Busuma bizoherera he?
Izo mpunzi zigera ku bihumbi 50 iyo zibonye umutegetsi nta kindi zimubwira atari uko zipfuza gusubira iwabo muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC) buno nyene. Ariko, umugambi wo kuzitahukana warakwamye.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































