Mu mashusho: Ibirori vyo gushingura Papa Fransisko

Insiguro ya video, Perezida Trump wa Amerika yunamira Papa
Yatangajwe
Igihe co gusoma: iminota 3
Ababikira

Ibirori vyo gushingura Papa Fransisko biriko birabandanya, aho abategetsi batari bake bavyitabiriye. Vatikano ivuga ko abantu 200.000 ari bo bavyitabiriye, aho bakoraniye mu kibanza citiriwe Petero Mweranda no mu micungararo yaco. Harimwo n'abategetsi batari bake.

Ng'aha amwe mu mashusho.

Isinsi ry'abantu bari bakoraniye mu kibaza citiriwe Umweranda Petero
Insiguro y'isanamu, Isinsi ry'abantu bari bakoraniye mu kibaza citiriwe Umweranda Petero
Isinsi ry'abantu bari bakoraniye mu kibaza citiriwe Umweranda Petero
Mu bategetsi bitabiriye ibi birori harimwo Perezida Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Insiguro y'isanamu, Mu bategetsi bitabiriye ibi birori harimwo Perezida Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Joe Biden Yahoze arongoye Amerika na we nyene yari yitavye ibi birori
Insiguro y'isanamu, Joe Biden Yahoze arongoye Amerika na we nyene yari yitavye ibi birori
Perezida Volodymyr Zelensky wa Ukraine yakirijwe amashi igihe yashika mu birori vyo gushingura Papa Fransisko
Insiguro y'isanamu, Perezida Volodymyr Zelensky wa Ukraine yakirijwe amashi igihe yashika mu birori vyo gushingura Papa Fransisko
Insiguro ya video, Raba ingene Perezida Volodymyr Zelensky wa Ukraine yakirijwe amashi igihe yashika mu birori vyo gushingura Papa Fransisko
Perezida Javier Milei wa Argentine igihe yashika mu kibanza citiriwe Petero Mweranda
Insiguro y'isanamu, Perezida Javier Milei wa Argentine igihe yashika mu kibanza citiriwe Petero Mweranda
Umukuru wa reta y'Ubudagi Olaf Scholz
Insiguro y'isanamu, Umukuru wa reta y'Ubudagi Olaf Scholz
Umuganwa William ni we yaserukiye se wiwe,  Umwami Charles w'Ubwongereza
Insiguro y'isanamu, Umuganwa William ni we yaserukiye se wiwe, Umwami Charles w'Ubwongereza
Perezida  Luiz Inácio Lula da Silva wa Brezili
Insiguro y'isanamu, Perezida Luiz Inácio Lula da Silva wa Brezili
Insiguro ya video, Isandugu irimwo ikiziga ca Papa Fransisko ijanwa hanze mu kibanza citiriwe Petero Mweranda
Isandugu y'ikiziga ca Papa itwarwa mu kibanza citiriwe Petero Mweranda
Insiguro y'isanamu, Isandugu y'ikiziga ca Papa itwarwa mu kibanza citiriwe Petero Mweranda
Mu misa
Mu misa
Mu musa