“Ndifuza kuba akarorero kw'isi”
“Ndifuza kuba akarorero kw'isi”
Yatangajwe
Budha Magar yahora ari umusirikare muri Nepal.
Amaze gucika amaguru, ntiyihebuye.
Indoto ziwe harimwo kuba rurangiranwa, avugira abagendana ubumuga.
Ubu yimenyerereza amahiganwa yo kwurira 8 846,86m z’umusozi Everets.




