Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Cynthia Ishimwe: Umurundikazi wa mbere w'umuhagarikizi wa Beach Soccer muri Afrika
Cynthia Ishimwe: Umurundikazi wa mbere w'umuhagarikizi wa Beach Soccer muri Afrika
Yatangajwe
Cynthia Ishimwe ni we mugore wa mbere muri Afrika w'umuhagarikizi muri Beach Soccer, umupira w'amaguru ukinirwa ku musenyi.
Ari mu bahagarikizi bitavye ihiganwa rya Afrika CAF ririko rirabera muri Mozambique.
Uwo murundikazi ni na we abaye umugore wa mbere ahagarikiye inkino nk'izo muri Afrika.
Umviriza ikiganiro Cynthia Ishimwe yagiranye na BBC Gahuzamiryango. Avugana na Florentine Kwizera